Wilson na Ann Mutura bafashe ingingo yo kwubaka badakoze iminsi mikuru, kuko bari bamaze kwigizayo ubukwe bwabo incuro zibiri zose mu mwaka uheze, biturutse ku bukene. Mu kwezi guheze bambikanye ...
Insiguro y'isanamu, Aba bombi bapfiriye mu mpanuka y'indeg ya kajugujugu ubwo bari bavuye mu muhango w'ubukwe bwabo 6 Ukw'icumi na rimwe 2018 Abategetsi bo muri Leta Zunze Ubumwe z'Amerika bavuga ko ...