Hari umugore yemeza ko atigeze amenya ko yibugenze gushika umusi yibarukiye mu kazu ka surwumwe k'ikibuga c'umupira w'amaguru. Charlotte Robinson, w'imyaka 29, avuga ko umuzo w'umwana wiwe w'umuhungu ...